Zaburi 19:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ni izo kwipfuzwa kuruta inzahabu, egome, kuruta inzahabu nyinshi zityoroye+;Kandi zisosa kuruta ubuki+ be na bwa buki butemba bwo mu bimamara+. Zaburi 119:72 Bibiliya y’isi nshasha 72 Itegeko+ ryo mu kanwa kawe rimbereye ryiza+,Kuruta ibice ibihumbi vy’inzahabu n’ifeza+. Zaburi 119:127 Bibiliya y’isi nshasha 127 Ni co gituma nakunze amabwirizwa yawe+Kuruta inzahabu, emwe, inzahabu ityoroye+. Imigani 3:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 kuko kubwunguka ari vyiza kuruta kwunguka ifeza, kandi kubwimbura ni vyiza kuruta kwimbura inzahabu+. Imigani 16:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kuronka ubukerebutsi, ewe kuntu biruta inzahabu+! Kandi kuronka ugutegera ni ivyo guhitamwo kuruta ifeza+. Imigani 20:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Hariho inzahabu, hakaba n’umurengera w’amabuye y’agaciro yitwa korali; mugabo iminwa y’ubumenyi ni ivyombo vy’agaciro+.
10 Ni izo kwipfuzwa kuruta inzahabu, egome, kuruta inzahabu nyinshi zityoroye+;Kandi zisosa kuruta ubuki+ be na bwa buki butemba bwo mu bimamara+.
14 kuko kubwunguka ari vyiza kuruta kwunguka ifeza, kandi kubwimbura ni vyiza kuruta kwimbura inzahabu+.
16 Kuronka ubukerebutsi, ewe kuntu biruta inzahabu+! Kandi kuronka ugutegera ni ivyo guhitamwo kuruta ifeza+.
15 Hariho inzahabu, hakaba n’umurengera w’amabuye y’agaciro yitwa korali; mugabo iminwa y’ubumenyi ni ivyombo vy’agaciro+.