Zaburi 119:130 Bibiliya y’isi nshasha 130 Ihishurwa ry’amajambo yawe ritanga umuco+,Rigatuma abantu batazi utuntu n’utundi batahura+. Imigani 1:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 “Muzogeza ryari ga mwa bantu batazi utuntu n’utundi kuguma mukunda ukutamenya+, kandi muzogeza ryari ga mwa bashinyaguzi kwipfuza agashinyaguro keruye+, kandi muzogeza ryari ga mwa mburabwenge kuguma mwanka ubumenyi+?
22 “Muzogeza ryari ga mwa bantu batazi utuntu n’utundi kuguma mukunda ukutamenya+, kandi muzogeza ryari ga mwa bashinyaguzi kwipfuza agashinyaguro keruye+, kandi muzogeza ryari ga mwa mburabwenge kuguma mwanka ubumenyi+?