Imigani 11:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ibintu vy’agaciro nta co bizomara ku musi w’uburake+, mugabo ubugororotsi buzorokora umuntu mu rupfu+. Imigani 12:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Mu munyuro w’ubugororotsi hari ubuzima+, kandi kugira urugendo mu kayira kabwo bisobanura ko ata rupfu+. Daniyeli 4:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 None rero ga mwami, ese impanuro yanje yokubera nziza+, ugakuraho ibicumuro vyawe biciye ku bugororotsi+, n’ububi bwawe mu kugirira imbabazi aboro+. Hari aho ugutunganirwa kwawe kwokwongerezwa igihe+.’”
4 Ibintu vy’agaciro nta co bizomara ku musi w’uburake+, mugabo ubugororotsi buzorokora umuntu mu rupfu+.
28 Mu munyuro w’ubugororotsi hari ubuzima+, kandi kugira urugendo mu kayira kabwo bisobanura ko ata rupfu+.
27 None rero ga mwami, ese impanuro yanje yokubera nziza+, ugakuraho ibicumuro vyawe biciye ku bugororotsi+, n’ububi bwawe mu kugirira imbabazi aboro+. Hari aho ugutunganirwa kwawe kwokwongerezwa igihe+.’”