Imigani 12:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Ukuboko kw’abanyamwete ni kwo kuzoganza+, mugabo ukuboko kw’ubute kuzoba ukwo gukora ibikorwa vy’agahato+. Imigani 13:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ikinebwe kiripfuza mugabo nta co gifise+. Ariko abanyamwete bazodoheshwa+. Imigani 21:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Imigambi y’umunyamwete ntibura kuvamwo akarusho+, ariko uwihutagiza wese ntabura kugana ku bukene+.
24 Ukuboko kw’abanyamwete ni kwo kuzoganza+, mugabo ukuboko kw’ubute kuzoba ukwo gukora ibikorwa vy’agahato+.
5 Imigambi y’umunyamwete ntibura kuvamwo akarusho+, ariko uwihutagiza wese ntabura kugana ku bukene+.