ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Imigani 17:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Uwupfuka ikigabitanyo aba arondera urukundo+, kandi uwuguma avugavuga ikintu aba ariko atandukanya abasanganywe+.

  • 1 Abakorinto 13:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Urukundo+ ruriyumanganya+ kandi rugira ubuntu+. Urukundo ntirugira ishari+, ntirwiyemera+, ntirwivyimvya+,

  • 1 Petero 4:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Hejuru ya vyose, mugiriranire urukundo rwinshi+, kuko urukundo rupfuka ibicumuro indiri+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika