Zaburi 37:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Akanwa k’umugororotsi ni ko kavuga ubukerebutsi n’ijwi ritoyi+,Kandi ururimi rwiwe ni rwo rucisha aho ukuri kuri+. Imigani 10:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Akanwa k’umugororotsi ni isôko ry’ubuzima+, ariko akanwa k’ababisha gapfuka ubukazi+.
30 Akanwa k’umugororotsi ni ko kavuga ubukerebutsi n’ijwi ritoyi+,Kandi ururimi rwiwe ni rwo rucisha aho ukuri kuri+.