ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 17:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Nayo Ahitofeli, abona ko impanuro yiwe itari yakurikijwe+, maze ashira itandiko ku ndogobwa hanyuma arahaguruka, aja ku nzu yiwe mu gisagara ciwe+. Maze aha amategeko urugo rwiwe+ araheza ariniga+ maze arapfa+. Nuko ahambwa+ mw’itongo ryo guhambamwo rya ba sekuruza.

  • Esiteri 7:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Baca bamanika Hamani kuri nya giti+ yari yateguriye Morudekayi+; ubushangashirwe bw’umwami bubona guhwama.

  • Zaburi 9:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Amahanga yarokeye mu cobo yimvye+;

      Urusenga+ yanyegeje, ni rwo ikirenge cayo cafatiwemwo+.

  • Imigani 5:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Umubisha azofatwa n’amakosa yiwe bwite+, kandi azocakirirwa mu migozi y’igicumuro ciwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika