ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 7:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Ivyago vyiwe bizomusubira ku mutwe+,

      Kandi ubukazi bwiwe buzomanuka ku rutwariro rwiwe+.

  • Imigani 1:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 Kuko uguhemuka+ kw’abantu batazi utuntu n’utundi ari kwo kuzobica+, kandi ukwiyorohereza kw’ibijuju ni kwo kuzobirandura+.

  • Umusiguzi 9:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Ibi ni vyo birimwo ivyago mu vyakozwe munsi y’izuba vyose: kubera ko hari iherezo rimwe kuri bose+, umutima w’abana b’abantu wuzuye ibibi+; kandi hari ubusazi+ mu mutima wabo mu buzima bwabo bwose, inyuma yaho na ho⁠—​ni uguhamvya abapfuye+!

  • Umusiguzi 10:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Uwimba icobo ubwiwe azokigwamwo+; kandi uwumena uruhome rw’amabuye, inzoka izomukomora+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika