Umusiguzi 8:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Mugabo umubisha ntibizomugendera neza na gato+, eka nta n’ubwo azorehura imisi yiwe imeze nk’igitutu+, kuko adatinya Imana+. Ezekiyeli 18:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Raba! Abantu bose ni abanje+. Se w’umwana+, cokimwe n’umwana, ni abanje+. Umuntu* acumura+ ni we azopfa+.
13 Mugabo umubisha ntibizomugendera neza na gato+, eka nta n’ubwo azorehura imisi yiwe imeze nk’igitutu+, kuko adatinya Imana+.
4 Raba! Abantu bose ni abanje+. Se w’umwana+, cokimwe n’umwana, ni abanje+. Umuntu* acumura+ ni we azopfa+.