Itanguriro 22:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Abandanya ati: “Ntubangurire ukuboko uwo muhungu, kandi ntihagire ico umugira+, kuko ubu menye vy’ukuri yuko utinya Imana, kuko utanyimye umuhungu wawe, umwana wawe rudende+.” 1 Samweli 30:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Nta kintu na kimwe cabo cari kibuze, kuva kuri gitoyi gushika kuri kinini no gushika ku bahungu n’abakobwa no kw’isahu, egome, gushika ku kintu cose bari batwaye+. Dawidi agarukana ikintu cose.
12 Abandanya ati: “Ntubangurire ukuboko uwo muhungu, kandi ntihagire ico umugira+, kuko ubu menye vy’ukuri yuko utinya Imana, kuko utanyimye umuhungu wawe, umwana wawe rudende+.”
19 Nta kintu na kimwe cabo cari kibuze, kuva kuri gitoyi gushika kuri kinini no gushika ku bahungu n’abakobwa no kw’isahu, egome, gushika ku kintu cose bari batwaye+. Dawidi agarukana ikintu cose.