Yobu 31:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Nimba nagize inzahabu umwizero wanje,Canke nkabwira inzahabu nti: ‘Ni wewe mizero yanje+!’ Zaburi 52:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ng’uyu umuntu w’umugabo atagira Imana iboma ryiwe+,Mugabo akizigira ubwinshi bw’ubutunzi bwiwe+,Akugama mu marushwa ateza+. Zaburi 62:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ntimwizigire ubugunge+,Canke ngo mube imburakimazi mu kwizigira ubwambuzi+.Ibibeshaho umuntu nivyagwira, ntimubishireko umutima+.
7 Ng’uyu umuntu w’umugabo atagira Imana iboma ryiwe+,Mugabo akizigira ubwinshi bw’ubutunzi bwiwe+,Akugama mu marushwa ateza+.
10 Ntimwizigire ubugunge+,Canke ngo mube imburakimazi mu kwizigira ubwambuzi+.Ibibeshaho umuntu nivyagwira, ntimubishireko umutima+.