Zaburi 1:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Azoba koko nk’igiti gitewe hafi y’imigezi y’amazi+,Gitanga ivyamwa vyaco mu gihe caco+Kandi amababi yaco ntakabirane+,Kandi ico akora cose kizokunda+. Zaburi 52:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Mugabo jewe nzomera nk’igiti c’umwelayo gitotahaye+ mu nzu y’Imana;Ndizigiye koko ubuntu bwuzuye urukundo bw’Imana gushika igihe kitagira urugero, mbere ibihe bidahera+. Yesaya 60:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Nayo abantu bawe, bose bazoba abagororotsi+; bazokwigabira igihugu gushika igihe kitagira urugero+, babe umunago nitereye+, igikorwa c’amaboko yanje+, kugira ngo nsharizwe+. Yeremiya 17:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Azoba vy’ukuri nk’igiti gitewe iruhande y’amazi, gishora imizi yaco iruhande y’umugende w’amazi; ubushuhe nibwaza ntazobibona, mugabo urubabi rwiwe ruzoba urutotahaye+. Mu mwaka w’uruzuba+ ntazogira amaganya, canke ngo areke kwama ivyamwa.
3 Azoba koko nk’igiti gitewe hafi y’imigezi y’amazi+,Gitanga ivyamwa vyaco mu gihe caco+Kandi amababi yaco ntakabirane+,Kandi ico akora cose kizokunda+.
8 Mugabo jewe nzomera nk’igiti c’umwelayo gitotahaye+ mu nzu y’Imana;Ndizigiye koko ubuntu bwuzuye urukundo bw’Imana gushika igihe kitagira urugero, mbere ibihe bidahera+.
21 Nayo abantu bawe, bose bazoba abagororotsi+; bazokwigabira igihugu gushika igihe kitagira urugero+, babe umunago nitereye+, igikorwa c’amaboko yanje+, kugira ngo nsharizwe+.
8 Azoba vy’ukuri nk’igiti gitewe iruhande y’amazi, gishora imizi yaco iruhande y’umugende w’amazi; ubushuhe nibwaza ntazobibona, mugabo urubabi rwiwe ruzoba urutotahaye+. Mu mwaka w’uruzuba+ ntazogira amaganya, canke ngo areke kwama ivyamwa.