ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 2:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Umwami Salomo aca arahira Yehova ati: “Imana ingirire gutyo, mbere n’ibirenze ivyo+, Adoniya niyaba atavuze ico kintu ku bwo gushira mu kaga ubuzima bwiwe+.

  • Zaburi 5:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  6 Uzorandura abavuga ikinyoma+.

      Umuntu asesa amaraso+ kandi akoresha ubuhendanyi+ Yehova aramwanka urunuka.

  • Umusiguzi 5:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Ntiwemerere akanwa kawe gucumuza umubiri wawe+, eka ntunavuge imbere y’umumarayika+ yuko kwari ukwihenda+. Kubera iki Imana y’ukuri yorakara kubera ijwi ryawe, ikabwirizwa gusambura igikorwa c’amaboko yawe+?

  • Daniyeli 6:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Nuko umwami atanga itegeko, bazana ba bagabo bari bareze Daniyeli+, batererwa muri nya cobo c’intambwe+, n’abana babo n’abagore babo+; bataranashika hasi muri nya cobo, intambwe zari zamaze kubifatira, zijanjagura n’amagufa yabo yose+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika