Imigani 6:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 icabona c’ikinyoma gisuka ububeshi+, be n’uwo wese atera amahane mu bavukana+. Imigani 14:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Icabona cizigirwa ntikizobesha+, mugabo icabona c’ikinyoma gisuka ibinyoma gusa+. Matayo 26:59 Bibiliya y’isi nshasha 59 Muri uwo mwanya, abakuru b’abaherezi hamwe n’Inama Nkuru* yose bariko barondera ibirego vy’ikinyoma bagiriza Yezu kugira bamwice+,
59 Muri uwo mwanya, abakuru b’abaherezi hamwe n’Inama Nkuru* yose bariko barondera ibirego vy’ikinyoma bagiriza Yezu kugira bamwice+,