Imigani 26:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Umwankanyi yiyoberanisha iminwa yiwe, mugabo imbere muri we ashirayo ubuhendanyi+. Daniyeli 6:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Abo bagabo bavuga rero bati: “Nta rwitwazo na rumwe tuzogenda turonse muri uwo Daniyeli, kiretse turinze kururonderera mw’itegeko ry’Imana yiwe+.” Mariko 7:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Ivyo bintu bibi vyose bisohoka biva imbere kandi birahumanya umuntu+.”
5 Abo bagabo bavuga rero bati: “Nta rwitwazo na rumwe tuzogenda turonse muri uwo Daniyeli, kiretse turinze kururonderera mw’itegeko ry’Imana yiwe+.”