ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 39:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Yozefu aguma agira ubutoni mu maso yiwe kandi amukorera ubudahengeshanya, ku buryo amushinga kugaba inzu yiwe+, ivyiwe vyose abishira mu kuboko kwiwe.

  • 1 Abami 11:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Kandi uwo mugabo Yerobowamu yari umugabo w’intwari kandi w’umunyenkomezi+. Salomo abonye ko uwo musore ari umukozi akora cane+, amugira umucungezi+ w’igikorwa c’agahato+ cose c’inzu ya Yozefu+.

  • Imigani 17:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Umusuku yerekana ko ari n’ugutahura kwimbitse azoganza umwana akora ivy’akamaramaza+, kandi hagati mu bavukana azoronka umuturi w’intoranwa+.

  • Abaheburayo 6:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Mugabo dushaka ko umwe wese muri mwebwe yerekana ubwira nk’ubwo nyene kugira ngo mushire amazinda rwose+ ku vyerekeye ca cizigiro+ gushika kw’iherezo+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika