Imigani 8:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Kuko uwundonka atazobura kuronka ubuzima+, kandi araronka ubutoni bwa Yehova+. Imigani 16:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ugutahura kwimbitse ni iriba ry’ubuzima+ kuri benekwo; kandi indero y’ibipfu ni ubupfu+. Imigani 24:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Muri ubwo buryo nyene, numenye ubukerebutsi ku neza yawe+. Uburonse, kazoza rero uzoba ugafise, kandi icizigiro cawe ntikizorandurwa+.
14 Muri ubwo buryo nyene, numenye ubukerebutsi ku neza yawe+. Uburonse, kazoza rero uzoba ugafise, kandi icizigiro cawe ntikizorandurwa+.