Imigani 14:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Ugutinya Yehova ni iriba ry’ubuzima+, kugira ngo gukevye umuntu ntagwe mu mitego y’urupfu+.