2 Samweli 4:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 igihe umuntu umwe yamenyesha+ ati: ‘Erega Sauli yapfuye,’ mu maso yiwe akaba nk’uwuzanye inkuru nziza, naciye riho ndamufata maze ndamwicira+ i Zikulagi kandi nari nkwiye kumuha impembo y’uwuzana ubutumwa;
10 igihe umuntu umwe yamenyesha+ ati: ‘Erega Sauli yapfuye,’ mu maso yiwe akaba nk’uwuzanye inkuru nziza, naciye riho ndamufata maze ndamwicira+ i Zikulagi kandi nari nkwiye kumuha impembo y’uwuzana ubutumwa;