Imigani 25:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Kurya kw’amazi akanye ku wurushe+, ni ko agakuru keza kavuye mu gihugu ca kure kamera+. 2 Abakorinto 5:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Turi+ rero abaserukira+ Kristu+ mu kibanza ciwe, nk’aho Imana yinginga biciye kuri twebwe+. Mu kibanza ca Kristu, turabinginga+ duti: “Nimusubize hamwe n’Imana.” 2 Timoteyo 2:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 kandi ibintu wanyumvanye bishigikiwe n’ivyabona vyinshi+, ivyo bintu ubizeze abantu b’abizigirwa, abazoheza bakaba abakwije neza ibisabwa kugira bigishe abandi+.
20 Turi+ rero abaserukira+ Kristu+ mu kibanza ciwe, nk’aho Imana yinginga biciye kuri twebwe+. Mu kibanza ca Kristu, turabinginga+ duti: “Nimusubize hamwe n’Imana.”
2 kandi ibintu wanyumvanye bishigikiwe n’ivyabona vyinshi+, ivyo bintu ubizeze abantu b’abizigirwa, abazoheza bakaba abakwije neza ibisabwa kugira bigishe abandi+.