Kuvayo 20:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “Ntugashinge intahe y’ikinyoma wagiriza mugenzawe+. Imigani 6:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 icabona c’ikinyoma gisuka ububeshi+, be n’uwo wese atera amahane mu bavukana+. Imigani 19:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Icabona c’ikinyoma ntikizobura guhanwa+, kandi uwusuka ibinyoma ntazokira+.