1 Samweli 1:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kandi yari adundumiwe mu mutima+; atangura rero gusenga Yehova+ no kurira cane+. 2 Abami 4:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Ashitse kuri nya muntu w’Imana y’ukuri ku musozi, aca amufata ku birenge+. Gehazi aca aregera ngo amusunure+, mugabo nya muntu w’Imana y’ukuri+ avuga ati: “Mureke+, kuko adundumiwe mu mutima+; Yehova ubwiwe yabimpishije+, ntiyabimenyesheje.” Imigani 15:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Umutima unezerewe utuma mu maso hamera neza+, mugabo bivuye ku mubabaro wo mu mutima haba umushaha ukubititse+.
27 Ashitse kuri nya muntu w’Imana y’ukuri ku musozi, aca amufata ku birenge+. Gehazi aca aregera ngo amusunure+, mugabo nya muntu w’Imana y’ukuri+ avuga ati: “Mureke+, kuko adundumiwe mu mutima+; Yehova ubwiwe yabimpishije+, ntiyabimenyesheje.”
13 Umutima unezerewe utuma mu maso hamera neza+, mugabo bivuye ku mubabaro wo mu mutima haba umushaha ukubititse+.