ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Imigani 1:31
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 Bazorya rero ku vyamwa vy’inzira yabo+, kandi bazohimba inama zabo bwite+.

  • Imigani 1:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 Kuko uguhemuka+ kw’abantu batazi utuntu n’utundi ari kwo kuzobica+, kandi ukwiyorohereza kw’ibijuju ni kwo kuzobirandura+.

  • Matayo 6:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 “Igihe mwisonzesha+, mureke kwijirwa mu maso nka kumwe kwa ba biyorobetsi, kuko bifutanya mu maso kugira baboneke ku bantu ko bariko bisonzesha+. Ni ukuri ndabibabwiye: Baramaze kuronka impembo yabo yose.

  • 2 Petero 2:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 bakigirira nabi+ bikaba impembo y’ubukozi bw’ikibi bwabo+.

      Babona ko kwiberaho mu kwiryohera ku murango ari agahimbare+. Abo ni udutosi n’ibirabagu, abantu bivobeka mu nyigisho zihendana zabo mu guhimbarwa kutagira akarimbi igihe basangira inzimano namwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika