Imigani 4:1 Bibiliya y’isi nshasha 4 Umvirize, bana, indero ya so+ kandi mutege ugutwi, kugira mumenye ugutegera+. 1 Petero 1:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 mugabo ijambo rya Yehova ryamaho ibihe vyose+.” Erega, iryo ni ryo “jambo+” mwamenyeshejwe+ ry’inkuru nziza.
25 mugabo ijambo rya Yehova ryamaho ibihe vyose+.” Erega, iryo ni ryo “jambo+” mwamenyeshejwe+ ry’inkuru nziza.