ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 13:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Ku bw’ivyo Aburamu abwira Loti+ ati: “Ndakwinginze, ntureke ngo hagire ugutongana kubandanya hagati yanje nawe no hagati y’abungere banje n’abungere bawe, kuko turi abavukanyi+.

  • 1 Samweli 25:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Hanyuma agwa ku birenge vyiwe+ maze avuga ati: “Ikosa niribe kuri jewe mukama wanje+; ndakwinginze umushumbakazi wawe avugire mu matwi yawe+, maze wumvirize amajambo y’umushumbakazi wawe.

  • Imigani 25:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Biciye ku kwihangana umukomanda arayengayengwa, kandi ururimi rw’ubwitonzi rurashobora kumena igufa+.

  • Abakolosayi 3:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Ariko ubu, nimuvyikunkumure koko vyose+: uburake, ishavu, ububi, ugutukana+, n’amajambo ateye isoni+ ava mu kanwa kanyu.

  • Yakobo 1:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Mumenye ibi, bene wacu bakundwa. Umuntu wese atebuke kwumva, atebe kuvuga+, atebe kuraka+;

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika