1 Abami 3:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Imana ibandanya kumubwira iti: “Kubera yuko wasavye ico kintu, ntiwisabire imisi myinshi canke ngo wisabire ubutunzi+ canke ngo usabe ubuzima bw’abansi bawe, ukisabira ubwenge kugira ngo wumvirize imanza+, Imigani 9:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ugutinya Yehova ni yo ntango y’ubukerebutsi+, kandi ubumenyi bwa wa Mweranda Rwose ni kwo gutegera+. Imigani 18:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Umutima w’umuntu azi ubwenge wironsa ubumenyi+, kandi ugutwi kw’abantu b’inkerebutsi kurondera ubumenyi+.
11 Imana ibandanya kumubwira iti: “Kubera yuko wasavye ico kintu, ntiwisabire imisi myinshi canke ngo wisabire ubutunzi+ canke ngo usabe ubuzima bw’abansi bawe, ukisabira ubwenge kugira ngo wumvirize imanza+,
10 Ugutinya Yehova ni yo ntango y’ubukerebutsi+, kandi ubumenyi bwa wa Mweranda Rwose ni kwo gutegera+.
15 Umutima w’umuntu azi ubwenge wironsa ubumenyi+, kandi ugutwi kw’abantu b’inkerebutsi kurondera ubumenyi+.