1 Samweli 25:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Kandi hahezagirwe ukwiyumvira neza kwawe+, nawe uhezagirwe, wewe wambujije uyu musi gukora amaraso+ no gutuma ukuboko kwanje bwite gushitsa ubukiriro bwanje+. Imigani 25:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kurya kw’ivyamwa vy’amapome y’inzahabu mu duhingurano tw’ifeza, ni ko ijambo rivuzwe ku gihe caryo rimera+.
33 Kandi hahezagirwe ukwiyumvira neza kwawe+, nawe uhezagirwe, wewe wambujije uyu musi gukora amaraso+ no gutuma ukuboko kwanje bwite gushitsa ubukiriro bwanje+.
11 Kurya kw’ivyamwa vy’amapome y’inzahabu mu duhingurano tw’ifeza, ni ko ijambo rivuzwe ku gihe caryo rimera+.