Abafilipi 1:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kandi iki ni co nguma nsaba Imana: ni uko urukundo rwanyu rwogwira+ rukanarushiriza kugwira hamwe n’ubumenyi+ butagira amakosa be n’ugutahura kwuzuye+; 2 Timoteyo 2:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ugume uzirikana ku vyo mvuga; Umukama azoguha vy’ukuri ugutahura+ muri vyose.
9 Kandi iki ni co nguma nsaba Imana: ni uko urukundo rwanyu rwogwira+ rukanarushiriza kugwira hamwe n’ubumenyi+ butagira amakosa be n’ugutahura kwuzuye+;