ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Imigani 24:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Kuko ubunyazi ari bwo umutima wabo uguma uzirikana, kandi ivyago ni vyo iminwa yabo iguma ivuga+.

  • Tito 1:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Kuko hariho abantu benshi b’ibigaba, imvuzi z’ibitagira akamaro+, kandi bahenda imizirikanyi y’abandi, canecane bamwe bumira ku kugenyerwa+.

  • 2 Petero 2:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Kuko bavuga amajambo yo kwishira hejuru ata co amaze, kandi biciye ku vyipfuzo vy’umubiri+ no ku ngeso z’ubushirasoni bararyosharyosha+ abakiva mu vyara+ vy’abantu bagendera mu buzimire.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika