ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 9:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 “Mugabo uwiyemera yiyemere kubera iki kintu: ko afise ugutahura kwimbitse+, ko anzi, yuko jewe ndi Yehova+, Umwe agira ubuntu bwuzuye urukundo, ubutungane n’ubugororotsi mw’isi+; kuko ivyo ari vyo koko bimpimbara+,” ni ko Yehova avuze.

  • 2 Timoteyo 3:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 be n’uko guhera mu buhinja+ wamenye ivyanditswe vyeranda, ibishobora kukugira inkerebutsi ku bw’ubukiriro+ biciye ku kwizera kujanye na Kristu Yezu+.

  • 1 Yohani 5:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Mugabo turazi yuko Umwana w’Imana yaje+, kandi yaraduhaye ubushobozi bwo gutegera+ kugira ngo tumenye imwe y’ukuri+. Kandi twunze ubumwe+ n’imwe y’ukuri, biciye ku Mwana wayo Yezu Kristu. Iyo ni yo Mana y’ukuri+ n’ubuzima budahera+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika