Imigani 14:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Ugutinya Yehova ni iriba ry’ubuzima+, kugira ngo gukevye umuntu ntagwe mu mitego y’urupfu+. Imigani 15:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Ku wukorana ugutahura kwimbitse+, umunyuro w’ubuzima ugenda amaduga, kugira ngo akevye ntagwe mu kuzimu epfo+. Yohani 4:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Uwo wese anywa ku mazi nzomuha ntazokwigera anyoterwa na gato+, mugabo amazi nzomuha azocika muri we isôko ry’amazi+ adudubiza ngo atange ubuzima budahera+.”
24 Ku wukorana ugutahura kwimbitse+, umunyuro w’ubuzima ugenda amaduga, kugira ngo akevye ntagwe mu kuzimu epfo+.
14 Uwo wese anywa ku mazi nzomuha ntazokwigera anyoterwa na gato+, mugabo amazi nzomuha azocika muri we isôko ry’amazi+ adudubiza ngo atange ubuzima budahera+.”