ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yobu 1:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Ubwawe ntiwamukikuje uruzitiro+, ukarukikuza n’inzu yiwe be n’ibintu vyose afise, hirya no hino? Igikorwa c’amaboko yiwe waragihezagiye+, n’ibitungwa vyiwe vyarakwiye mw’isi.

  • Zaburi 41:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Nayo jewe, kubera ugutungana kwanje waranshigikiye+,

      Kandi uzonshira imbere y’amaso yawe gushika igihe kitagira urugero+.

  • Imigani 28:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Uwugenda ata mahinyu azokizwa+, mugabo uwuhetaraye mu nzira ziwe azogwa bukwi na bukwi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika