Imigani 1:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nibaguma bavuga ngo: “Ingo tujane. Tubundire gusesa amaraso+. Tunyegere dutegere abantu b’intungane ata co bazira+. 2 Timoteyo 4:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 kandi bazokwica amatwi ngo ntibumve ukuri, bakeberezwe ku nkuru z’ikinyoma+.
11 Nibaguma bavuga ngo: “Ingo tujane. Tubundire gusesa amaraso+. Tunyegere dutegere abantu b’intungane ata co bazira+.