1 Samweli 24:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Yongera kubwira Dawidi ati: “Uragororotse kundusha+, kuko wewe wangiriye iciza+, nanje nkaba nakugiriye ikibi. Zaburi 38:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Bampemvye ikibi ku ciza+;Bagumye bandwanya bampora ko nkurikirana iciza+. Yeremiya 18:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Mbega ineza yokwishurwa inabi+? Kuko bimbiye icobo ubuzima bwanje+. Niwibuke ko nahagaze imbere yawe kugira ngo mvuge iciza ku biberekeye, ngo nsubize inyuma ubushangashirwe bwawe bubaveko+.
17 Yongera kubwira Dawidi ati: “Uragororotse kundusha+, kuko wewe wangiriye iciza+, nanje nkaba nakugiriye ikibi.
20 Mbega ineza yokwishurwa inabi+? Kuko bimbiye icobo ubuzima bwanje+. Niwibuke ko nahagaze imbere yawe kugira ngo mvuge iciza ku biberekeye, ngo nsubize inyuma ubushangashirwe bwawe bubaveko+.