Itanguriro 13:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 None igihugu cose ntikiri imbere yawe? Ndakwinginze, utandukane nanje. Niwaja ibubamfu, nzoja rero iburyo; nayo niwaja iburyo, nzoheza nje ibubamfu+.” Imigani 25:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ntuje gushingisha urubanza gihutihuti, kugira ntihabe ikibazo c’ico uri bukore mu mpera yarwo, igihe mugenzawe azoba agutetereje+. Matayo 5:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Ariko jewe ndababwiye nti: Nturwanye umuntu mubi; mugabo uwo wese agukubise ikofe kw’itama+ ry’i buryo, muhindukirize n’irindi. Abaroma 12:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Nimba bishoboka, uko bivana namwe kwose, mubane amahoro+ n’abantu bose.
9 None igihugu cose ntikiri imbere yawe? Ndakwinginze, utandukane nanje. Niwaja ibubamfu, nzoja rero iburyo; nayo niwaja iburyo, nzoheza nje ibubamfu+.”
8 Ntuje gushingisha urubanza gihutihuti, kugira ntihabe ikibazo c’ico uri bukore mu mpera yarwo, igihe mugenzawe azoba agutetereje+.
39 Ariko jewe ndababwiye nti: Nturwanye umuntu mubi; mugabo uwo wese agukubise ikofe kw’itama+ ry’i buryo, muhindukirize n’irindi.