ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyakozwe 17:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Ariko bano bari n’agatima keza kuruta ab’i Tesalonika, kuko bakiriye ijambo babishashaye cane gusumba, basuzuma+ Ivyanditswe+ ku musi ku musi bavyitondeye ngo barabe ko ivyo ari ko biri+.

  • Abakolosayi 3:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Ijambo rya Kristu niribe muri mwebwe rigwiriye mu bukerebutsi bwose+. Mugume mwigishanya+ mwongera mukeburana mukoresheje amazaburi+, amashemezo aturwa Imana, indirimbo+ z’ivy’impwemu zijana n’igikundiro, muririmbira Yehova+ mu mitima yanyu.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika