Abalewi 19:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 “‘Ntimuze murenganye mu guca urubanza. Ntukagire nkunzi mu kuntu ufata umuntu mutoyi+, kandi ntugahengamire ku wuhambaye+. Mugenzawe ukwiye kumucira urubanza mu butungane. Gusubira mu vyagezwe 1:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Ntimuze mugire nkunzi mu rubanza+. Muze mwumvirize umutoyi cokimwe n’uwuhambaye+. Ntimuze muterwe ubwoba n’umuntu+, kuko urubanza ari urw’Imana+. Urubanza rubagumiye cane, muze murunshikirize, ndarwumvirize+.’ Imigani 24:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 N’aya majambo nyene ni ayagenewe abantu b’inkerebutsi+: Kugira nkunzi mu rubanza si vyiza+.
15 “‘Ntimuze murenganye mu guca urubanza. Ntukagire nkunzi mu kuntu ufata umuntu mutoyi+, kandi ntugahengamire ku wuhambaye+. Mugenzawe ukwiye kumucira urubanza mu butungane.
17 Ntimuze mugire nkunzi mu rubanza+. Muze mwumvirize umutoyi cokimwe n’uwuhambaye+. Ntimuze muterwe ubwoba n’umuntu+, kuko urubanza ari urw’Imana+. Urubanza rubagumiye cane, muze murunshikirize, ndarwumvirize+.’