Imigani 8:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ugutinya Yehova gusobanura kwanka ibibi+. Ukwishira hejuru n’ubwishime+ n’inzira mbi be n’akanwa kagoramye+, naravyanse. Ivyakozwe 20:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 kandi muri mwebwe ubwanyu hazohaguruka abagabo bavuge ibigoramanze+ kugira ngo bakwegere abigishwa inyuma yabo+.
13 Ugutinya Yehova gusobanura kwanka ibibi+. Ukwishira hejuru n’ubwishime+ n’inzira mbi be n’akanwa kagoramye+, naravyanse.
30 kandi muri mwebwe ubwanyu hazohaguruka abagabo bavuge ibigoramanze+ kugira ngo bakwegere abigishwa inyuma yabo+.