ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 7:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Inyuma y’ivyo, Yehova abwira Nowa ati: “Injira mu bwato, wewe n’urugo rwawe+ rwose, kuko ari wewe nabonye ugororotse imbere yanje muri iri yaruka+.

  • 1 Samweli 18:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Dawidi yama akorana ukwigengesera+ mu nzira ziwe zose, kandi Yehova yari kumwe na we+.

  • 2 Ngoma 31:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Hezekiya atangura gukora gutyo muri Yuda hose, kandi abandanya gukora ivyari vyiza+, bigororotse+ kandi vy’ubwizigirwa+ imbere ya Yehova Imana yiwe.

  • Imigani 3:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 Kuko umunyamayeri+ ari ikintu giteye ishishi kuri Yehova+, mugabo kugirana ubugenzi somambike na We ni ivy’abagororotse+.

  • Yesaya 3:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Nimuvuge yemwe yuko umugororotsi bizomugendera neza+, kuko bazorya ivyamwa vy’ibikorwa vyabo+.

  • Luka 1:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Bompi bari abagororotsi+ imbere y’Imana, kubera ko bagenda batagirako umugayo+ bisunze amabwirizwa yose+ n’ibisabwa+ n’amategeko vya Yehova+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika