Zaburi 119:90 Bibiliya y’isi nshasha 90 Ubwizigirwa bwawe ni ubw’iyaruka ku rindi+.Washimangiye isi, kugira igume ihagaze+. Abanyefeso 3:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 hisunzwe ya ntumbero y’ibihe bidahera yatunganije ku bijanye na Kristu+, ari we Yezu Umukama wacu,
11 hisunzwe ya ntumbero y’ibihe bidahera yatunganije ku bijanye na Kristu+, ari we Yezu Umukama wacu,