Imigani 30:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ntugire ico wongera ku majambo yayo+, kugira ngo ntigukangire no kugira ngo ntuboneke ko uri umubeshi+. Ivyahishuwe 22:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 “Ndashingiye intahe umuntu wese yumva amajambo y’ubuhanuzi bwo muri uyu muzingo: Nihagira uwugira ico yongeyeko+ kuri ibi bintu, Imana izomwongera ivyago+ vyanditswe muri uyu muzingo;
6 Ntugire ico wongera ku majambo yayo+, kugira ngo ntigukangire no kugira ngo ntuboneke ko uri umubeshi+.
18 “Ndashingiye intahe umuntu wese yumva amajambo y’ubuhanuzi bwo muri uyu muzingo: Nihagira uwugira ico yongeyeko+ kuri ibi bintu, Imana izomwongera ivyago+ vyanditswe muri uyu muzingo;