ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 64:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  9 Kandi abantu bakuwe mw’ivu bose bazotinya+;

      Bazoyaga igikorwa c’Imana+,

      Kandi ntibazobura gutahura igikorwa cayo bimwe vyimbitse+.

  • Yesaya 59:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Kandi bazotangura gutinya izina rya Yehova uhereye i burengerazuba+, batinye ubuninahazwa bwiwe uhereye i burasirazuba+, kuko azoza nk’uruzi ruteza amarushwa rujanywe n’impwemu ya Yehova+.

  • Yeremiya 10:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Ni nde atogutinya+ ga Mwami w’amahanga+, kuko ubibereye; kuko mu nkerebutsi zose z’amahanga no mu ngoma zabo zose ata n’umwe ameze nkawe mu buryo na bumwe+.

  • Ivyahishuwe 15:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Ni nde vy’ukuri atazogutinya+ ga Yehova+, akaninahaza izina ryawe+, kuko wewe wenyene ari wewe uri intahemuka+? Kuko amahanga yose azoza agasenga imbere yawe+, kuko ingingo zawe zigororotse zerekanywe+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika