Imigani 6:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Isinzirire irindi tiro rikeyi, akandi gatiro gakeyi, uzinge amaboko kandi gatoyi mu kuryama+, Imigani 20:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kubera urushana, ikinebwe ntikizorima+; kizosegerereza mu gihe c’ishwabura, mugabo nta kintu kizoboneka+. Imigani 24:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Isinzirire itiro rikeyi, agatiro gakeyi, uzinge amaboko gatoyi wiryamire+, Abanyefeso 4:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Uwiba ntiyongere kwiba+, ahubwo nakore cane, akoreshe amaboko yiwe igikorwa ciza+, kugira aronke ico aha uwuri mu mukeno+.
4 Kubera urushana, ikinebwe ntikizorima+; kizosegerereza mu gihe c’ishwabura, mugabo nta kintu kizoboneka+.
28 Uwiba ntiyongere kwiba+, ahubwo nakore cane, akoreshe amaboko yiwe igikorwa ciza+, kugira aronke ico aha uwuri mu mukeno+.