ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 4:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Yuda na Isirayeli bari benshi, mu bwinshi ari nk’udutete tw’umusenyi turi iruhande y’ikiyaga+; bararya, bakanywa bakanezerwa+.

  • Umusiguzi 2:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Ku muntu, nta ciza kihari kuruta ko yorya, emwe, akanywa, agatuma umutima wiwe ubona iciza kubera igikorwa ciwe c’ubutame+. Ivyo na vyo nyene narabibonye, jewe ubwanje, yuko ivyo biva mu kuboko kw’Imana y’ukuri+.

  • Umusiguzi 3:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 kandi ko umuntu wese yorya, emwe, akanywa, akabona iciza ku bw’igikorwa ciwe cose c’ubutame+. Ni yo ngabirano y’Imana+.

  • Umusiguzi 3:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Kandi nabonye yuko ata kintu kiruta ko umuntu yonezerwa mu bikorwa vyiwe+, kuko uwo ari wo mugabane wiwe; kuko, ni nde azomuzana ngo arabe ibizoba mu nyuma ziwe+?

  • Yesaya 65:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Ntibazokwubaka ngo uwundi ayibemwo; ntibazotera ngo uwundi abirye. Kuko imisi y’abantu banje izoba nk’imisi y’igiti+; kandi abo natoye bazokwinovora bimwe bishitse igikorwa c’amaboko yabo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika