Itanguriro 1:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Imana yongera kuvuga iti: “Tureme+ umuntu mw’ishusho yacu+, nk’uko dusa+, aganze amafi yo mu kiyaga, n’ibiremwa biguruka vyo mu kirere, n’ibitungwa, n’isi yose, n’igikoko kigendagenda cose kigendagenda kw’isi+.” Itanguriro 1:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Inyuma y’ivyo Imana yihweza ikintu cose yari yakoze, isanga cari ciza cane+. Nuko haba umugoroba, haba n’igitondo: uwo ni umusi ugira gatandatu. Gusubira mu vyagezwe 32:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ca Gitandara, igikorwa ciwe ntikigira akanenge+,Kuko inzira ziwe zose ari ubutungane+.Ni Imana y’ubwizigirwa+, itagira akarenganyo+;Ni we agororotse kandi atunganye+.
26 Imana yongera kuvuga iti: “Tureme+ umuntu mw’ishusho yacu+, nk’uko dusa+, aganze amafi yo mu kiyaga, n’ibiremwa biguruka vyo mu kirere, n’ibitungwa, n’isi yose, n’igikoko kigendagenda cose kigendagenda kw’isi+.”
31 Inyuma y’ivyo Imana yihweza ikintu cose yari yakoze, isanga cari ciza cane+. Nuko haba umugoroba, haba n’igitondo: uwo ni umusi ugira gatandatu.
4 Ca Gitandara, igikorwa ciwe ntikigira akanenge+,Kuko inzira ziwe zose ari ubutungane+.Ni Imana y’ubwizigirwa+, itagira akarenganyo+;Ni we agororotse kandi atunganye+.