Imigani 14:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Mu mutima w’umuntu azi ubwenge ni ho ubukerebutsi bwibera+, kandi hagati mu bijuju buramenyekana. Imigani 22:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Tega ugutwi wumve amajambo y’abantu b’inkerebutsi+, kugira ngo ushire umutima wawe ku bumenyi bwanje+. Umusiguzi 7:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Jewe narahindukiye, mbere n’umutima wanje ugira kuno+, kugira ngo menye, ngendure kandi ndondere ubukerebutsi+ be n’imvo y’ibintu+, no kugira ngo menye ivyerekeye ububisha bw’ubujuju be n’ubupfu bw’ubusazi+;
17 Tega ugutwi wumve amajambo y’abantu b’inkerebutsi+, kugira ngo ushire umutima wawe ku bumenyi bwanje+.
25 Jewe narahindukiye, mbere n’umutima wanje ugira kuno+, kugira ngo menye, ngendure kandi ndondere ubukerebutsi+ be n’imvo y’ibintu+, no kugira ngo menye ivyerekeye ububisha bw’ubujuju be n’ubupfu bw’ubusazi+;