Gusubira mu vyagezwe 33:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Yarakunda cane abantu biwe+;Aberanda babo bose bari mu kuboko kwawe+.Kandi bo ubwabo baragandagaje imbere y’ibirenge vyawe+;Batanguye kwakira amwamwe mu majambo yawe+. 1 Samweli 2:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Arinda ibirenge vy’intahemuka ziwe+;Nayo ababisha, banumirizwa mu mwiza+, Kuko umuntu atanesha biciye ku nkomezi+. Zaburi 37:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nuragize Yehova inzira yawe+,Kandi umwizigire+, na we ubwiwe azogira ico akoze+.
3 Yarakunda cane abantu biwe+;Aberanda babo bose bari mu kuboko kwawe+.Kandi bo ubwabo baragandagaje imbere y’ibirenge vyawe+;Batanguye kwakira amwamwe mu majambo yawe+.
9 Arinda ibirenge vy’intahemuka ziwe+;Nayo ababisha, banumirizwa mu mwiza+, Kuko umuntu atanesha biciye ku nkomezi+.