Umusiguzi 9:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Vyongeye, urukundo rwabo n’urwanko rwabo n’ishari ryabo vyaramaze gushira+, kandi nta mugabane bagifise gushika igihe kitagira urugero mu kintu na kimwe kibwirizwa gukorwa munsi y’izuba+.
6 Vyongeye, urukundo rwabo n’urwanko rwabo n’ishari ryabo vyaramaze gushira+, kandi nta mugabane bagifise gushika igihe kitagira urugero mu kintu na kimwe kibwirizwa gukorwa munsi y’izuba+.