Zaburi 1:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kuko Yehova amenya inzira y’abagororotsi+,Mugabo inzira y’ababisha izozimangana+. Umusiguzi 9:1 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kuko nashize ibi vyose ku mutima, mbere kugira ngo ndondere ibi vyose+: yuko abagororotsi n’inkerebutsi be n’ibikorwa vyabo biri mu kuboko kw’Imana y’ukuri+. Abantu ntibazi urukundo canke urwanko vyariho vyose imbere y’uko babaho+.
9 Kuko nashize ibi vyose ku mutima, mbere kugira ngo ndondere ibi vyose+: yuko abagororotsi n’inkerebutsi be n’ibikorwa vyabo biri mu kuboko kw’Imana y’ukuri+. Abantu ntibazi urukundo canke urwanko vyariho vyose imbere y’uko babaho+.