-
Zaburi 31:12Bibiliya y’isi nshasha
-
-
12 Cokimwe n’umuntu yapfuye agahanagurika mu mutima, nibagiwe+;
Nsigaye ndi nk’icombo cononekaye+;
-
Umusiguzi 9:11Bibiliya y’isi nshasha
-
-
11 Narahindukiye, mbona munsi y’izuba yuko abanyarutsi atari bo bene gutsinda isiganwa+, n’abanyenkomezi ko atari bo bene gutsinda urugamba+, eka n’inkerebutsi ko atari zo zene kugira ibifungurwa+, eka n’abazi ubwenge ko atari bo bene kugira ubutunzi+, mbere n’abafise ubumenyi ko atari bo bene kugira ubutoni+; kuko ibihe be n’ibishika giturumbuka bibashikako bose+.
-
-
-